Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Category

Investment Management
Inyuma y’imisi itandatu ishirahamwe BMBC rishize ahabona umugambi ryise BMBC HOMES 2021 BUJUMBURA-GAHAHE, abantu bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu baguma baza kugendera ishirahamwe BMBC. Abashitsi bagendeye BMBC kw’igenekerezo rya 11.05.2021 Mwomenya kandi ko abo baza kutugendera bamwe muri bo baba batumwe n’abiwabo bari mu mahanga baba bashaka kubaza amakuru ya nyuma abafasha gufata ingingo zibereye...
Continue Reading
Hashtag y’iyi projet  ku mbuga zitandukanye izoba  ari  #BMBCHOMES Abamenyeshamakuru batandukanye bariko barabaza ibibazo bitandukanye BMBC ni ishirahamwe rikorera mu gisata co kwubaka amazu (architecture et construction) kuva mu mwaka w’ 2012.Turi n’aba mbere mu gihugu batanguye  ivyo kwubakira amazu abantu duhuriye kuri internet, tukaba rero kuva mu 2012 tumaze kwubakira amazu abantu benshi harimwo...
Continue Reading
AllEscortAllEscort