Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

BMBCHOMES2021BUJUMBURA-GAHAHE:Amazu make asigaye,arabandanya kugurishwa.

Ishirahamwe BMBC rirabandanya kudandaza amazu meza cane agezweho muri wa mugambi watanguye ku mwaka uheze wa 2021 wiswe BMBCHOMES2021 BUJUMBURA GAHAHE.

Amakuru atangwa n’igisata kijejwe gutanga amakuru mw’ishirahamwe BMBC avuga ko hakiriho amazu ataragurwa,abipfuza kugura amwe mu mazu asigaye bahawe ikaze kugira bajane n’abandi ntibazosange zaheze.

Tubibutseko ko izo nyubako zigizwe n’amazu azimbutse cane kandi ya kijambere yubatse ku buhinga bugezweho.

Abadashobora kuyarihira icarimwe barashobora kuyagura bakayariha buke buke mu kiringo kitarenga imyaka 10 ariko babanje gutanga amahera y’urufatiro angana ibice 20 kw’ijana vy’agaciro k’inzu ahisemwo.

Mwihute kuza kugura inzu mwipfuza zitarahera kuko hasigaye nke. Uwipfuza kuvugana natwe yoturondera kuri whatsapp +257 79 500 227.

About the author

Leave a Reply