Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Imashine zitandukanye zikora ibikorwa bitandukanye nko gukora imiryango,gukora amadirisha n’ibindi yakiriwe n’ishirahamwe BMBC aho rigiye gutangura gukora imiryango,amadirisha n’ibindi bikenerwa n’abakiriya baryo.

Zimwe murizo mashini ni iyitwa Tupi isanzwe ikora ibicapo bitandukanye,imashini ikoreshwa mu gutobora intoboro,imashini igorora imbaho imbere yuko ziteranywa,imashini isatura imadiriye n’ama paranshe.

Izindi ziri murizo mashini ni iyifata ama dizayini hamwe n’imashini ihanagura imbaho mu gihe zifise ubucafu kugira zije ku gipimo n’urugero rwipfujwe.

Umwe mu bakozi bazokoresha ivyo bikoresho yavuze ko bazokora imiryango, amadirisha hamwe n’ibindi bigoroye neza kubera ivyo vyuma bikwiye kugira ibikorwa  bizogende neza.  

Muriryo shirahamwe batera akamo abantu bose bipfuza gukoresha imiryango,amadirish an’ibindi bikoresho kwitura igisata c’iryo shirahamwe kibakorere ivyo bikoresho.

About the author

Leave a Reply