Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako kudatera imbere akenshi bitumwa nuko abantu batunganya imigambi imara umwanya muto bigatuma imigambi ihagarara canke ico batanguje kidasubira gukora.

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC mu kiganiro yahaye igisata kijejwe kumenya amakuru muriryo shirahamwe yavuze ko umuntu atunganije umugambi umara umwanya munini ari vyiza kuko bituma uramba no kwaguka ukaguka.

Umuyobozi wa BMBC yavuze ko uwitunganiriza imigambi aterera ikintu gikomeye mw’iterambere rusangi.

Uwo muyobozi asaba abantu guhindura ingendo kugira bashobore kwitunganiriza imigambi minini irama kugira bifashe mw’iterambere rusangi.

About the author

Leave a Reply