Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rivuga ko abantu bagaruka kugira bafashwe kubaka ivyononywe n’abandi baba batanguye inyubakwa zabo akenshi ari abasanga uburyo bakoresheje bwarabaye bwinshi gusumba ubwo mw’ishirahamwe ryacu riba ryarabahaye.

Uwo muyobozi avuga ko ishirahamwe BMBC ritazimba kuko abakiriya nka bose baca mw’ishirahamwe BMBC amazu yabo ariryo riryubaka kandi no mu bagenda gukorana n’abandi abenshi muribo bagaruka kurisaba kugira ribandanye amazu yatanguwe n’abandi.

Mu kiganiro yavuze ko igikorwa co gusohora amahera yivyononekaye usanga arengeye gusumba amahera akenerwa ugitangura kuduza inzu.

Uwo muyobozi asaba abipfuza kuryitura yitegure imbere ya vyose kugira akorerwe ivyirwa neza ku makuru y’ukuri yatanze.

Umuyobozi mukuru wa BMBC atera akamo kwitegura neza imbere yuko batangura umugambi wabo kugira ivyirwa bizotegurwe neza gutyo bimufashe kumenya uburyo bw’ukuri buzokenerwa mu mugambi aba yateguye.

About the author

Leave a Reply