Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rivuga ko amashirahamwe akomakomeye yo mu gihugu c’Uburundi yama abashinga ibikorwa kugira ayashirire mu ngiro ibikorwa vyo kuyubakira ivyo yipfuza.

Mw’ishirahamwe BMBC bavuga ko amashirahamwe yo mu gihugu amaze gushima ibikorwa vy’iryo shirahamwe kuko rishimisha abaryituye mu gukora ivyo bipfuza.

Rimwe murayo mashirahamwe amaze kuzeza ibikorwa ishirahamwe BMBC n’ishirahamwe rihingura ibinyobwa ku rwego rw’igihugu BRARUDI aho ibikorwa vyo gusubiramwo gushasha inyubakwa yaryo mu ntara ya Kayanza vyashizwe mu ngiro na BMBC.

About the author

Leave a Reply