Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC risaba abantu bose bafise imigambi yo kubaka amazu yabo kwitura abanyamwuga mu kwubaka kugira imigambi yabo izorangurwe uko bipfuza kandi ku gihe hako bazeza ivyo bikorwa abatari abahinga kuko ababibaha bahura n’ibibazo.

Mu kiganiro umuyobozi mukuru wa BMBC yatanze kubijanye n’inzu z’abantu bama basubiyemwo zatawe n’abantu batanguye kuzubaka yavuze ko akenshi inzu basubiramwo benezo baba bazihaye abatari abahinga bo kwubaka  bigahera bazitaye ntibasubire kubabona.

Uwo muyobozi avuga ko bishitse inzu ikaba yarononywe cane ishirahamwe BMBC itemera kuyisubiramwo isubiramwo gusa iyifise amakosa mato mato ariko kubijanye n’ivyirwa bashobora kubisubiramwo uko biri kose kuko bashobora no kubikora gushasha.

Muriryo shirahamwe bavuga ko abata akazi baba bahawe aba atari abanyamwuga bavyihebeye ahubwo usanga bafadikanije n’ubundi buzi gutyo bigatuma bata inzu zo kwubaka baba bahawe.

Muri BMBC bongera kandi ko rimwe rimwe abashaka kubaka bahora batemera impanuro bahabwa zijanye no kubaka bahabwa n’abahinga bavyigiye bagahitamwo kubiha abo bishakiye bigatuma umugambi wabo uranguka nabi.

Kubijanye n’abitegurira ivyirwa kandi atari abahinga,BMBC ivuga ko bama bahura n’ibibazo vyo kudashika ku mugambi wabo baba bipfuje kubera baba batabironkejwe n’abahinga babigenewe.

Ishirahamwe BMBC ritera akamo abantu bafise imigambi yo kwubaka kwizera ishirahamwe BMBC kuko ryama riri ku mirimo ataho rija kuko ryemeye gutunganya umugambi w’umukiriya ritawuta.

About the author

Leave a Reply

AllEscortAllEscort