Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC avuga ko hari ibintu vyerekana ko BMBC ari ishirahamwe ry’irinyamwuga.

Mw’ijambo yashikirije hahimbazwa imyaka 10 iheze BMBC ikora ibikorwa ,umuyobozi wa BMBC yavuze ko iryo shirahamwe rifise abakozi bakwiye kandi bamaho abo bita aba permanant.

Uwo muyobozi avuga ko BMBC rifise ibisata vyinshi bituma ivyo rizezwa n’abakiriya baryo ribikora neza bigashimwa.

Bimwe murivyo bisata ni igisata kijejwe gutunganya ivyigwa vy’amazu imbere y’uko yubakwa (BMBC ETUDES ET ARCHITECTURES) ,igisata kijejwe kwubaka amazu (BMBC CONSTRUCTION),igisata kijejwe kwubaka ibigwati no gutunganya ibisagara (BMBC HOMES).

Ibindi bisata n’igisata kijejwe gutwara imizigo yaba iyiva hagati mu gihugu canke mu mahanga (BMBC LOGISTICS IMPORT AND EXPORT),igisata kijejwe kubungabunga inyubakwa mu gihe benezo bazirimwo canke atariho bari. (BMBC INVESTMENT MANAGEMENT) hamwe n’igisata kijejwe kumenyekanisha amakuru (BMBC BROADCASTING).

About the author

Leave a Reply