Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Batanguye guhitamwo ama parcelles amazu yabo azokwubakwamo

Projet ya #BMBCHOMES iriko irabandanya ku murindi ushimishije.Mugihe igikorwa Co #kwiyandikisha ku bipfuza kugura amazu buca dutangura kwubaka kibandanya, abamaze kunyurwa batanguye kwishikira ahazorangurirwa umugambi bakaba Baca bahitamwo na Parcelle amazu yabo azoba ahagazemwo.Tukaba dushimira caane Abarundi ukuntu bakunze umugambi ari benshi.

Murashobora kwiyandikisha no kubaza amakuru menshi kuri +257 79 500 227 canke mukatwandikira mukoresheje E-mail: info@bmbc.bi

uwashimijwe ariko arihweza aho yocagura kugira bazohamushirire inyubakwa

Murashobora kandi kubandanya mukurikirana amakuru yerekeye uwo mugambi muciye kuri zino mbuga zikurikira ngaha:

video yerekana amakuru y’ukuntu uwo mugambi uzoba utungaijwe.

Abaharavye benshi barikugura ukuntu hameze neza eka kandi bagashima n’ingene ishirahamwe BMBC ryahatunganije m’uburyo bugezweho, ukaba nawe warashimijwe ntiwitinye kuza kuhatembera maze ucagure ahakubereye, narirya abahakenera baguma biyongera.

About the author

Experienced Repair Specialist with a demonstrated history of working in the architecture & planning industry. Skilled in Meters, Blogging, Adobe Premiere Pro, Interior Design, and ArchiCAD. Strong operations professional with a High School Diploma focused in Génie civil from ETP Gitega.

Leave a Reply