Ishirahamwe BMBC ntiryubaka amazu mato mato gusa ariko rirubaka n’amazu manini manini kuburyo na reta ishobora kuzikorako, umugambi rihawe n’umukiriya niko riwutunganya.
Iyo nzu mubona isanzwe iri hagati mu gihugu kubw’ivyo n’abandi bose bari hagati mu gihugu ntibitinye kwitura ishirahamwe BMBC rikorera ahariho hose.


Ishirahamwe BMBC rirahaye ikaze abantu bose bipfuza gutegura imigambi minini minini haba abari hagati mu gihugu canke mu mahanga kugira ribashirire mu ngiro imigambi yaryo.