Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Abantu benshi baguma bagendera BMBC baje kubaza ivyerekeye BMBC HOMES

Inyuma y’imisi itandatu ishirahamwe BMBC rishize ahabona umugambi ryise BMBC HOMES 2021 BUJUMBURA-GAHAHE, abantu bavuye mu mihingo itandukanye y’igihugu baguma baza kugendera ishirahamwe BMBC.

Abashitsi bagendeye BMBC kw’igenekerezo rya 11.05.2021

Mwomenya kandi ko abo baza kutugendera bamwe muri bo baba batumwe n’abiwabo bari mu mahanga baba bashaka kubaza amakuru ya nyuma abafasha gufata ingingo zibereye narirya basanze uyu mugambi bari bawunyotewe cane rwose.

Nimba utarabona amavideo asigura uwo mugambi woshobora kuyarabira ngaha hakurikira:

video yerekana ukuntu ayo mazu yose azoba ameze muri rusangi

Abatuma abo bantu bamwe baba bari mu mahanga abandi nabo bakaba bari ngaha mu Burundi, bikaba vyerekana ko uwu mugambi uzogirira akamaro abantu benshi utaravye ngo baba aha canke hariya, ibizoba vyavuye muri iyo mibonano muzoshobora kubimenyeshwa hanyuma.

Rero urwego rujejwe kumenyekanisha amakuru rwa BMBC rwisunze ibiva muri iyo mibonano y’abaza kubaza amakuru; baba ashikiye ku biro, abatumye ab’iwabo kubabariza canke abakoresha ubuhinga bwa none mu kuvugana n’urwo rwego: ruvuga ko abantu bariko barashimishwa n’ukuntu uwo mugambi wateguwe m’uburyo buzokworohereza abazoba baba muri iyo karitiye.

About the author

Experienced Repair Specialist with a demonstrated history of working in the architecture & planning industry. Skilled in Meters, Blogging, Adobe Premiere Pro, Interior Design, and ArchiCAD. Strong operations professional with a High School Diploma focused in Génie civil from ETP Gitega.

Leave a Reply