Abakiriya batandukanye bamaze gukorana n’ishirahamwe BMBC barashima ibikorwa bakorewe n’iryo shirahamwe kuko ryabashiriye neza mu ngiro ivyo bipfuza kubijanye no kwubaka amazu yabo.
Muvyo bashima harimwo kwubahiriza ikiringo kiba cumvikanyweko ibikorwa bizomara hamwe no gukora neza bisunze ivyipfuzo vy’umukiriya.


Ishirahamwe BMBC rirahaye ikaze abantu bose bafise imigambi ijanye no kubaka kugira ibashirire mu ngiro ivyipfuzo hamwe n’imigambi yabo.