Igisata kijejwe gupima ubutaka (Laboratoire) c’ikigo OBUHA c’Ikigo kijejwe gutunganya ibisagara,uburaro hamwe n’inyubako , BMBC yama yacikozeko mu gihe rifise umugambi rutura kugira ico gisata naco kize gukoresha ibikoresho rutura.
Mu gihe hari umugambi usanzwe murico gihe bazana ibikoresho bihuye nuwo mugambi.




Mu bikorwa vyaryo vya minsi yose,ishirahamwe BMBC ritunganya imigambi y’abakiriya ryisunze amategeko kugira nivyo irangura bizorambe kandi bibe bikwirikije amategeko y’igihugu.