Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Abahagararira amashantiye ya BMBC barashima igikorwa co gukarihirizwa ubumenyi.

Umwe mu bahagararira amashantiye y’ishirahamwe BMBC avuga ko ubumenyi  iryo shirahamwe riguma ritanga ku bakozi baryo bifasha kugira ibikorwa bikorwe neza.

Mu kiganiro yagiraniye n’igisata co kumenyesha amakuru ca BMBC,uwo mukozi yavuze ko muri BMBC baguma bigisha ku buryo uwatanguye ari umuyede ashika  ku rugero rwo kuba umufundi.

Yavuze ati:“Tuguma turonka ubumenyi ,biradufasha gutunganya no gukora akazi kacu ko kubaka neza .”

Uwo mufundi avuga ko ubwo bumenyi baronswa bubafasha ubwabo kuko uwakorera ibihumbi 5 ari umuyede aduga agakorera ibihumbi 10 amaze gushika ku rwego rw’umufundi.  

Uwo mufundi avuga ko i ruhande yo gukorera amafaranga bahungura nubundi bumenyi bwinshi butandukanye kuko baguma biga ubuhinga bushasha bugezweho bujanye n’inyubako za none.

About the author

Leave a Reply