Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Abaciye mw’ishure kaminuza rya BMBC barashima ubumenyi bahakuye.

Abaciye mw’ishure kaminuza rya BMBC barashima ko baharonkeye ubumenyi bwinshi kandi butandukanye bujanye n’ibikorwa vyo kuma shantiye uko bitunganywa hamwe no kubihagarikira.

Mu kiganiro abajejwe gutanga amakuru muri  BMBC bagiraniye nabize mw’ishure kaminuza rya BMBC,bavuga ko iryo shure  rifasha gutegura ku mpande zose yaba kubijanye nivyo kuma shantiya canke ibikorwa vyo ku cicaro gikuru.

Abo bize muriryo shure barashima ko ari ishure ryiza kandi ritavangura kuko ritaraba ngo umuntu afise ubumenyi muriki canke kiriya oya ariko bivuye ku bahinga bafise uwariwe wese baramwakira.

Murico kiganiro basavye abakiriya ba BMBC kuzeza ibikorwa iryo shirahamwe kuko uwo bubakiye atidoga kuko bafise ubuhinga n’abahinga  b’ubumenyi bwo ku rwego rwo hejuru.

About the author

Leave a Reply