[gdlr_core_dropdown_tab] [gdlr_core_tab title="Bujumbura"] [gdlr_core_icon icon="fa fa-phone" size="16px" color="#f7c02e" margin-left="" margin-right="10px" ] +257 79 50 02 27 [gdlr_core_icon icon="fa fa-clock-o" size="16px" color="#f7c02e" margin-left="24px" margin-right="10px" ] Mon - Fri 09:00 - 17:00 [gdlr_core_icon icon="fa fa-location-arrow" size="16px" color="#f7c02e" margin-left="24px" margin-right="10px" ] Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura [/gdlr_core_tab] [gdlr_core_tab title="Gitega"] [gdlr_core_icon icon="fa fa-phone" size="16px" color="#f7c02e" margin-left="" margin-right="10px" ] +257 79 500 227 [gdlr_core_icon icon="fa fa-clock-o" size="16px" color="#f7c02e" margin-left="24px" margin-right="10px" ] Mon - Fri 09:00 - 17:00 [gdlr_core_icon icon="fa fa-location-arrow" size="16px" color="#f7c02e" margin-left="24px" margin-right="10px" ]Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi [/gdlr_core_tab] [/gdlr_core_dropdown_tab]

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Day

December 1, 2021

Gukorera ku mashantiye atandukanye bifasha kwungura ubumenyi.

Abakorera ku mashantiye atandukanye y’ishirahamwe BMBC bavuga ko kuva ku mashantiye baja ku yandi bituma bamenya ibintu vyinshi bitandukanye batari bwamenye. Mu kiganiro n’igisata co kumenyesha amakuru abo bakozi ba BMBC bavuze ko gukorera ibikorwa ku mashantiye atandukanye bituma bungura ubumenyi bwinshi yivyo batari bazi. Abo bakozi bavuga ko ibintu bishasha bagenda bamenyera ku mashantiye […]

Abahagararira amashantiye ya BMBC barashima igikorwa co gukarihirizwa ubumenyi.

Umwe mu bahagararira amashantiye y’ishirahamwe BMBC avuga ko ubumenyi  iryo shirahamwe riguma ritanga ku bakozi baryo bifasha kugira ibikorwa bikorwe neza. Mu kiganiro yagiraniye n’igisata co kumenyesha amakuru ca BMBC,uwo mukozi yavuze ko muri BMBC baguma bigisha ku buryo uwatanguye ari umuyede ashika  ku rugero rwo kuba umufundi. Yavuze ati:“Tuguma turonka ubumenyi ,biradufasha gutunganya no […]