Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako ukwezi kwa Rusama muri BMBC kwagenewe gukarihiza ubwenge abakozi kugira bagume bari ku gihe mu bumenyi butandukanye.

Mu kiganiro uwo muyobozi mukuru yatanze, yamenyeshejeko kugira abahinga biryo shirahamwe bamenye ubuhinga bure bure baguma bakarihirzwa ubwenge kuko bitagenze uko bosanga basigaye inyuma kubijanye n’ubuhinga bwa none.

Uwo muyobozi mukuru wa BMBC avuga ko iryo shirahamwe risanzwe ari imboneza mu gihugu kubijanye no kubaka ari naco gituma babwirizwa kwishira ku gihe ntibasigare inyuma.

Yavuze ati : « Turafise ishure ryigisha nka kurya kwa yandi mashure nico gituma muri kuno kwezi twakuhariye gukarihiriza ubwenge kuko tutize twosanga dusanga tutari imboneza.»

Uwo muyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC aheraheza avuga ko buri munsi w’ukwo kwezi kwahariwe inyigisho zo gukarihiriza ubwenge abakozi haba hari integuro y’icirwa igenewe gutangwa ku bakozi bose.

About the author

Leave a Reply