Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC avuga ko kuva ishirahamwe BMBC ritanguye ibikorwa vyaryo mu gisata c’inyubako batarananirwa n’umusi wa rimwe canke ngo bahure n’ikibazo kijanye nivyo bariko bubakira abakiriya babo.

Ivyo yabishikirije ku munsi aho abaserukira abarundi baba hanze y’igihugu bishikira kuraba umugambi wa BMBCHOMESBujumbura-Gahahe kugira barabe aho ugeze.

Uwo muyobozi mukuru wa BMBC yavuze ishirahamwe arongoye rifise uburambe bw’imyka 10 kandi rifise ubuhinga bukomeye abantu bo mu mihingo itandukanye kw’isi bavuga neza iryo shirahamwe.

Yavuze ati :« Nta echec turagira muri bino bikorwa n’umusi wa rimwes.»

Umuyobizi mukuru wa BMBC yemeza ko mu gutanganya umugambi wa BMBCHOMES2021Bujumbura-Gahahe ata muhinga n’umwe wo hanze y’ishirahamwe bazanye ariko bakoresheje gusa abahinga ba BMBC basanzwe ari abakozi baho.

About the author

Leave a Reply