Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako buri ci bama batanga akaganuke kubakoresha ivyirwa vyabo vy’amazu.

Mu kiganiro yatanze uwo muyobozi w’ishirahamwe BMBC avuga ko nkuko vyama buri ci muruno mwaka wa 2022 batanguye kugabanya ibiciro kubakoresha ivyirwa ariko ico gikorwa kizohera mu mpera z’ukwezi kwa Myandagaro.

Ishirahamwe BMBC ritera akamo abantu bava mu mahanga canke abari hagati mu gihugu baronse akaruhuko k’ici gutnga ivyo bikorwa kuriryo shirahamwe kugira ribatunganirize bazogere gusubira mu mirimo yabo ivyo bikorwa babikorewe.

About the author

Leave a Reply

AllEscortAllEscort