Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC ryemeza ko ikora ibikorwa biteguye neza ,biharuye neza kandi bitagira amakosa.

Umwe mu bafundi bakorera ku mashantiye avuga ko ishirahamwe BMBC rikora ibikorwa biteguye neza,biharuye neza kandi batunganya ibikorwa vyiza bidafise amakosa.

Mu kiganiro yahaye ishirahamwe BMBC aho yariko akora ibikorwa vyo kubetona igisenge c’inzu igeretse,yavuzeko kugira inzu igere aho bayishirako igisenge, haba hamaze gukorwa ibikorwa vyinshi.

Uwo mufundi avuga ko ibikorwa vyo gusasa igisenge bisaba abafundi babishoboye, bafise ubuhinga kandi bizewe.

Kubijanye n’akazi ko kubaka bakora,yavuze ko ivyo bikorwa bituma imiryango y’abo ihahombokera kuko kugira inzu igere kururwo rugero iba imaze gukorwa n’abantu benshi batandukanye gutyo bigafasha imiryango yabo gutera imbere.

Uwo mufundi yavuze ko abakiriya batanga ubuzi iyo babonye bubakiwe inzu nziza kandi ikomeye bituma basubira gutanga akazi canke bakazana abandi bantu bashaka kubakirwa.

Yavuze kandi ko iyo abakozi bakora bakwiye n’abakwirikirana ibikorwa uko bigenda bahari bituma ata makosa akorwa.

Uwo mufundi aheraheza atera akamo abakozi gukore ibintu vyiza kandi vyitondeye,abakiriya nabo abasaba gutanga ubuzi kugira bafashe imiryango y’abubatsi kubaho.

About the author

Leave a Reply