Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako umuntu yitunganiriza ivyiwe « Entrepreneur » ashobora kubona ivyo abandi batabona kuko iyo atanguje umugambi abwirizwa kuwuharanira kugira ugume utera imbere.

Mu kiganiro yahaye igisata kijejwe kumenya amashuru muri BMB yamenyesheje ko muriryo shirahamwe biteguye kera kuvyerekeye abakozi kugira ibikorwa bigende neza kandi vyatumye bagira inguvu.

Umuyobozi wa BMBC yavuze : «Twarigishije abariko barimenyereza,abavyitwayemwo neza tugaca tubaha akazi.»

Uwo muyobozi avuga ko igikorwa batanguje co kwiyigishiriza abariko bimenyereza muriryo shirahamwe bagaca bahabwa akazi biri muvyafashije kugira ishirahamwe ritere imbere no gushika k’urugero rifise uno munsi.

About the author

Leave a Reply