Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ikigo kijejwe gutunganya ibisagara,uburaro hamwe n’inyubako (OBUHA) cishikiye nkuko vyama mu kibanza aho ishirahamwe BMBC ryimirije kurangurira umugambi kugira gikore ivyigwa vyu’ubutaka vy’ico kibanza.

Inyuma yaho ico kigo ca Reta OBUHA kizoba gihejeje gukora ivyigwa vy’ubutakavy’ico kibanza ,abahinga b’ishirahamwe BMBC bazoca baronswa ibiharuro bazokwisunga mu kwiga ido n’ido bw’inyubakwa izohubakwa.

Mu bikorwa vy’ishirahamwe BMBC ,ryama ryitwararika gukora ibintu neza kugira ryame rishimisha abakiriya baryo narirya abenshi muribo baba mu mahanga.

About the author

Leave a Reply