Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Amazu meza kandi ya kijambere y’ishirahamwe BMBC ari mu mugambi BMBCHOMES2021 BUJUMBURA GAHAHE abandanya kudandaza,abiteguye basabwe kuvugana nabo muriryo shirahamwe bamenye uko bigenda.

Mu gisata kijejwe gutanga amakuru mw’ishirahamwe BMBC bashikiriza ko hakiriho amazu ataragurwa,abipfuza kugura amwe mu marayo asigaye bahawe ikaze kugira bashobore guhitamwo izo bashaka.

Mwomenya ko izo nyubako zigizwe n’amazu azimbutse cane kandi ya kijambere yubatse ku buhinga bugezweho.

Abadashobora kuyarihira icarimwe barashobora kuyagura bakayariha buke buke mu kiringo kitarenga imyaka 10 ariko babanje gutanga amahera y’urufatiro angana ibice 20 kw’ijana vy’agaciro k’inzu ahisemwo.

Mwihute kuza kugura inzu mwipfuza zitarahera kuko hasigaye nke. Uwipfuza kuvugana natwe yoturondera kuri whatsapp +257 79 500 227 canke agaca ku mbuga ngurukanabumenyi za BMBC.

About the author

Leave a Reply