Umusi ku wundi, umwaka ku wundi, eka mbere kenshi ibikorwa vyo kwinjira amazu muzoguma mubikurirkirana.
BMBC Group turi ku kivi ntaco tutokora ku bwanyu. BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.