Aba clients bambere baguze muri Diaspora City bashikirijwe impapuro ndangatongo (Titres de propriété) z' amazu baguze.
Ishirahamwe Bmbc Group ryakiriye aba clients baguze amazu muri Diaspora City ngo bababwire aho umugambi ugeze inyuma y'amezi make uyo mugambi abantu batanguye kuwumenya.
Umuyobozi mukuru wa Bmbc Groupe yashimiye abashoboye kugura amazu, anabamenyesha ko yabatumyeko kugira ngo abakiriya babonane, bamenyane batangure kugiriranira ubucuti