Inyuma y'igihe uyu mugambi uriko uratunganywa n'ishirahamwe BMBC, abakiriya ba mbere bamaze kwinjira amazu yabo. Umuyobozi wa BMBC akavuga yuko 60 % ari aba diaspora bava mu gihugu ca Australie. BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga kuva mu mwaka wa 2012.