Mugukomeza gukoresha urubuga rwacu, wemera gukoresha kuki ukurikije Politiki yacu ya kuki.
Menya vyinshi
Kwemera
BMBC GROUP
Kutwakura vyihuta
+257 79 500 227
info@bmbc.bi
Kaze
Ivyo dukora
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Gutunganya imigambi y'Uburaro
Inganda za BMBC
Gutwara abantu n'ibintu
Kugwiza uburaro
BMBC Homes Tenga
BMBC Homes Gahahe
BMBC Homes Mirroir
BMBC Homes Diaspora City
Ibigurishwa
Ibicapu vy'Inyubakwa
Ibikorwa vyo Kubaka
Gutunganya imigambi y'u
Gukotesha Ibikoresho vyo Kubaka
Ibikorwa vyo kubaza
Menya abo turi
Menya BMBC
Itunganywa rya BMBC
Abafatanyabikorwa
Imyanya y'akazi
Intahe z'abakiriya
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
BMBC Broadcasting
Intererano mu kibano
Umuganda mu kibano
Kwimenyereza akazi
Ishure rya BMBC
Turondere
Français
English
Q.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
Inama Umuyobozi wa BMBC Group yagirishije abakiriya bimirije kwinjira amazu
09/09/2025 | 667 Abayisomye
Twitter
Facebook
Wari umunezero udasanzwe ku bakiriya bari bitavye inama aho banaronse akaryo ko kugendura inyubakwa zabo mu mugambi wa Diaspora City Gahahe.
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 08/06/2026
Sosiyete ya BMBC irakora n'ivyo gupangisha amazu
Mu bikorwa vyo kwubaka Sosiyete ya BMBC Group ikora, harimwo n'igisata co gupangisha amazu, yaba aya sosiyete canke ay'abakiriya yubakiye bavyipfuza.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 08/06/2026
Abakozi ba BMBC GROUP babayeho gute?
Muri iki kiganiro categuwe na Radio na Televiziyo vy'igihugu (RTNB), abakozi harimwo n'abarongoye ibisata bitandukanye vya BMBC GROUP baratwiganira bikuru bikuru mu bikorwa mu bisata barimwo. Baratwiganira imigambi y'ivyo bisata n'intererano yavyo mw'iterambere ry'igihugu.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 09/09/2025
#Diasporacity batanguye kwinjira amazu y'ibitangaza.
Inyuma y'igihe uyu mugambi uriko uratunganywa n'ishirahamwe BMBC, abakiriya ba mbere bamaze kwinjira amazu yabo. Umuyobozi wa BMBC akavuga yuko 60 % ari aba diaspora bava mu gihugu ca Australie. BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga kuva mu mwaka wa 2012.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 09/09/2025
Abakiriya baronkejwe "Titres de propriété" y'amazu yabo muri Diaspora City
Aba clients bambere baguze muri Diaspora City bashikirijwe impapuro ndangatongo (Titres de propriété) z' amazu baguze. Ishirahamwe Bmbc Group ryakiriye aba clients baguze amazu muri Diaspora City ngo bababwire aho umugambi ugeze inyuma y'amezi make uyo mugambi abantu batanguye kuwumenya. Umuyobozi mukuru wa Bmbc Groupe yashimiye abashoboye kugura amazu, anabamenyesha ko yabatumyeko kugira ngo abakiriya babonane, bamenyane batangure kugiriranira ubucuti
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 21/01/2026
Bimwe mu bikorwa vy'igisata kijejwe ivyirwa muri BMBC
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 25/03/2025
Irinde gutanga amakuru atari iyo uje gusaba serivisi
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 08/06/2026
Amafaranga BMBC GROUP ikoresha mu kwubaka amazu ava hehe?
Amafaranga BMBC GROUP ikoresha mu kwubaka amazu ava hehe?
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 08/06/2026
Umviriza Iterambere BMBC imaze kuzana Tenga na Gahahe
BMBC Group yarateje imbere akarere ka Tenga. Sosiyete itarahatangura ibikorwa, nta bantu bashobora kuhubaka, nta moto canke umuduga wajabukayo. Hariho uruzi rutoya rwari rwarahononye, nta bantu bashobora kuhubaka. Kuva BMBC iciriye inzira urwo ruzi, ibikorwa vy'ubwubatsi vyaciye bishoboka, bigenda vyisunga umugambi wo kurwiza uburaro wa BMBC. Haraciwe amabarabara, sosiyete ya BMBC irazana amazi abahaba bazokoresha.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 09/09/2025
Isekeza ryo kwinjira amazu muri Diaspora City Miroir 1
Umusi ku wundi, umwaka ku wundi, eka mbere kenshi ibikorwa vyo kwinjira amazu muzoguma mubikurirkirana. BMBC Group turi ku kivi ntaco tutokora ku bwanyu. BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 09/09/2025
Amazu menshi yubatswe mu Gahahe beneyo bazoja barariha buke buke gushika ku kiringo bumvikanye.
Amazu menshi yubatswe muri Diaspora city Gahahe yubatswe kw'ideni beneyo bazoja barariha buke buke gushika ku kiringo bumvikanye.
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 09/09/2025
"Narimaze imyaka 40 ntagira inzu mu gihugu c'amavukiro ..."
Umuryango wa Tharcisse Manariyo warashikirijwe inzu yubatswe na BMBC GROUP mu kigwati ca Miroir 1. Agira ati: "Maze imyaka 40 ntaba mu Burundi. Nahora nza nkabura aho nshikira, bikambabaza cane..."
Soma vyinshi
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa -- 21/01/2026
#BMBCHomes Tenga : Kwubaka vyaratanguye
Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira: -Email: Info@bmbc.bi -Whatsapp: +25779500227 -Youtube:BMBCburundi -Siteweb:bmbc.bi
Soma vyinshi
Ijambo ry'ikaze
2025 Wabaye Umwaka w'ivyiza vyinshi muri BMBC GROUP
Abafatanyabikorwa
Ibikorwa vy'Ukubaka
Ibikorwa vyo Kubaka
BMBC GROUP
Uburyo bwokutwakura
+257 79 500 227
info@bmbc.bi
Dukora 24/24h
Q.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
Imiryango n'amadirisha vya aliminium
0 Fbu
6194 Abayiravye
Ibikorwa vyo kubaza
Ivyo dukora
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
Gutunganya imigambi y'Uburaro
Inganda za BMBC
Gutwara abantu n'ibintu
Kugwiza uburaro
BMBC Homes Tenga
BMBC Homes Gahahe
BMBC Homes Mirroir
BMBC Homes Diaspora City
Ibigurishwa
Ibicapu vy'Inyubakwa
Ibikorwa vyo Kubaka
Gutunganya imigambi y'u
Gukotesha Ibikoresho vyo Kubaka
Ibikorwa vyo kubaza
Menya abo turi
Menya BMBC
Itunganywa rya BMBC
Abafatanyabikorwa
Imyanya y'akazi
Intahe z'abakiriya
Amakuru
Amakuru mashasha
Amasanamu
Amafoto
BMBC Broadcasting
Intererano mu kibano
Umuganda mu kibano
Kwimenyereza akazi
Ishure rya BMBC
Turondere
© 2023 BMBC GROUP
Design DSCOMPANY