Mugukomeza gukoresha urubuga rwacu, wemera gukoresha kuki ukurikije Politiki yacu ya kuki.
Kwemera
Ku wa 2 Rusama 2025, umuyobozi mukuru wa BMBC Group yaratunganije umusi wo kwereka abakiriya b’umugambi mushasha wo kurwiza uburaro wa Diaspora City Miroir ya 2 aho ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa zabo ugeze. Kari kandi n’akaryo ko kubaha ikopi z’impapuro ndangatongo z’amaparasera yabo mu ntumbero yo kubaha icizere ko imigambi yabo ikingiwe.
Ijambo ry'ikaze
Ibicapu n'Ivyigwa vy'Inyubakwa
BMBC GROUPUburyo bwokutwakura+257 79 500 227info@bmbc.bi Dukora 24/24hQ.Kigobe, Boulevard Mwambutsa, Immeuble Africana House
© 2023 BMBC GROUP Design DSCOMPANY