Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umwe mu bakozi b’ishirahamwe BMBC amenyeshako yiteguriye kuharonkera inyigisho zizotuma nawe amenya ibijanye no kwubaka inzu.

Uwo mukozi avuga ko mu myaka indwi amaze muriryo shirahamwe amaze kuharonkera inyigisho zijanye no kubaka ubu akaba amaze kumenya gupima ikibanza kiba kigenewe kwubakwamwo.

Uwo mukozi avuga ko amaze kubona ishirahamwe ririko ryigisha abandi yabonye atosigara inyuma nawe aca afata ingingo zo gutangura kwiga ibijanye no kubaka.

About the author

Leave a Reply