Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

«Natanguye ndi umuyede none ndi umufundi abushitse.»Amos Ndayikengurukiye

Umwe mu bakozi b’ishirahamwe BMBC yatanguye ari umuyede arashima ko asigaye ari umufundi abushitse kubera ubumenyi yagiye araronswa.

Ndayikengurukiye Amos avuga ko yatanguye mw’ishirahamwe BMBC i Gitega atari umufundi ariko ari umufundi nk’abandi.

Uwo ndayikengurukiye Amos avuga ko yaje i Bujumbura ari umuyede arigishwa ubu asigaye ari umufundi w’akarorero.

Arashima urugero agezeko rw’ubumenyi yagiye araronswa kandi nawe yaciye azana abandi bagenzi biwe kwiga muri BMBC.

Amos Ndayikengurukiye aheraheza avuga ko uwushitse muri BMBC yigishwa ibikorwa vyose akavaho abizi.

About the author

Leave a Reply