Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Umuyobozi mukuru w’ishirahamwe BMBC amenyeshako ivyatumye BMBC rishika ku rwego rwo kwitwa ishirahamwe ari ingingo zafashwe zo kwigisha abakozi babo bwite bazoguma bakora muriryo shirahamwe atabarinze kuva hanze.

Uwo muyobozi mukuru wa BMBC avuga ko kuva mu mwaka wa 2018 ariho bafashe ingingo yo gukarihiriza ubwenge abakozi mu ntumbero yo gutakoresha abakozi bakuye hanze.

Yavuze ati:“ Mu 2018 twarabonyeko tudashobora kuba ishirahamwe rishoboye, tudafise abafundi bacu kandi bashoboye.,twaciye dutangura ubwo nyene umugambi wo kwiyigishiriza abakozi.”

Uwo muyobozi avuga ko ubu mw’ishirahamwe  BMBC ata mukozi bazokwemerera kwakira kubiro bikuru vy’ishirahamwe ataramenya neza ibijanye no kwubaka.

Umuyobozi mukuru wa BMBC avuga ko ubu bafise abafundi benshi, abakora amatara,abakora amazi bafise uburambe kandi ko ubu ata bahinga igikura hanze.

About the author

Leave a Reply