Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi

Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rimenyeshako mu kazi karyo ka misi yose rifise intambanyi rihura naryo nkiyijanye no kubura abahinga babushitse kuko akenshi nababonotse bamanzwa gukarihirizwa ubwenge.

Mw’ijambo umuyobozi mukuru w’ishiramwe yashikirije ku musi barabirahamwe ivyakozwe mu mwaka wa 2021 hamwe n’ibigiye gukorwa mu mwaka wa 2022,uwo muyobozi yavuzeko gutanga ubumenyi kubahinga baronse bibawara uburyo bwinshi.

Izindi ntambamyi iryo shirahamwe rihura nazo ni nk’izijanye n’abakozi bamwe bamwe batibwiriza gutunganya akazi neza  bakora nabi gutyo ndetse bamwe bagahagarikwa no mu kazi.

Iryo shirahamwe rivuga kandi ko mu Burundi abenshi bakunda ishirahamwe BMBC ariko badashobora kuronka uburyo bujanye no kubaka bigatuma ishiramwe BMBC ridatera imbere uko bavyipfuza.

About the author

Leave a Reply