Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rirashimagizwa n’abakiriya baryo.

Umukiriya yubakiwe inzu n’ishirahamwe BMBC arashima ibikorwa ryavyo inyuma yo kurimenya biciye k’urubuga ngurukanabumenyi maze rimwubakira inzu yiwe.

Uwo mukiriya yubakiwe inzu na BMBC avuga ko yafashe ingingo yo guha akazi BMBC kugira basanure inzu yiwe inyuma yo gushima inzu y’umugenzi wiwe yubatswe na BMBC.

Yavuze ati : «Ndashimira BMBC kuko ibikorwa vyabo biteye igomwe kandi n’abantu bafise umwete ubahaye ibikorwa baguha umu enjeniyeri aguma kuri shantiye kugeza iheze.»

Uwo mukiriya avuga ko BMBC itandukanye n’abandi kuko abandi umu enjeniyeri akurikirana inzu usanga afise ayandi mashantiye akurikirana gutyo ugasanga ntaguma hamwe.

Yavuze ati : « Sinkababandi baguma bazunguruka kuraba amashantiye bafise hirya n’ino uwo muri BMBC avaho inzu iheze ntahandi aza niko kabirya kabo.»

Uwo mukiriya wa BMBC atera akamo ababona BMBC k’urubuga ngurukanabumenyi kwitura ishirahamwe BMBC kugira ribubakire kuko ari abakozi babushitse.

About the author

Leave a Reply