Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Bungabunga inzu yawe kurya ubungabunga umuduga wawe.

Umuyobozi mukuru wa BMBC avuga ko inzu yuzuye ihejeje kubakwa ikwiye kubungwabungwa nka kurya kw’umuduga kuko kuyibungabunga biyifasha kuramba.

Uwo muyobozi wa BMBC avuga ko hariho abantu bashikirijwe inzu yabo yuzuye baca babonako biheze atabindi bikenewe.

Uwo muyobozi yavuze ati : « Inzu uyibungabunga  kurya umuduga ubungwabungwa.»

Uwo muyobozi avuga ko bitwararika kubaka inzu neza kugira izorambe haba hasigaye ko uwuyihawe yitwararika kuyibungabunga neza mu gusuzuma ko ibintu vyose biguma bimeze neza.

Abandanya avuga ko naho inzu iba yuzuye uwuyibamwo arashobora kwongeramwo ubuhinga gusumba ubwo yayubakanye ubwa mbere akiyubaka.

Avuga ko umuntu akwiye gutegekanya ikiringo yihaye kugira arabe ibikenewe vyose ku nzu agashobora kubisubiramwo kuko uwubatse ataba ahejeje.

Uwo muyobozi atera akamo abubaka kuguma basuzuma inzu zabo  kugira baze barasubiramwo ahariko hononekara hose kugira izorambe.

About the author

Leave a Reply