Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Abakorera ku mashantiye atandukanye y’ishirahamwe BMBC bavuga ko kuva ku mashantiye baja ku yandi bituma bamenya ibintu vyinshi bitandukanye batari bwamenye.

Mu kiganiro n’igisata co kumenyesha amakuru abo bakozi ba BMBC bavuze ko gukorera ibikorwa ku mashantiye atandukanye bituma bungura ubumenyi bwinshi yivyo batari bazi.

Abo bakozi bavuga ko ibintu bishasha bagenda bamenyera ku mashantiye bagenda baracako bibafasha gukora neza ibikorwa vyabo vyo kubaka amazu atandukanye.

Murico kiganiro bavuze ko gukorera ku mashantiye atandukanye ari akabirya muri BMBC kuko bifasha ishirahamwe gutera imbere kuko ibikorwa  biba biriko bigenda neza.

Bavuze ko imirimo yonyene ya BMBC yivugira abakurikirana ibikorwa vyaryo baca babibona kandi rimaze kwizerwa n’abantu benshi .

Abo bakozi baheraheza  batera akamo  abantu kutagira impungenge ryo kuryitura kuko rifise abakozi baronse ubumenyi bukwiye.

About the author

Leave a Reply