Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Bujumbura
Bujumbura
Gitega
+257 79 50 02 27 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Kigobe Sud, Boulevard MWAMBUTSA, Avenue MURWI B.P 2011 Bujumbura
+257 79 500 227 Mon - Fri 09:00 - 17:00 Etage kwa Kodja(koca) 1èr étage bureau Numero 3, Gitega - Burundi
Identification Fiscale
NIF 4000126005
The Best
#1 MU KWUBAKA
Numbero #1
Mu Burundi
Saba Devis

Ishirahamwe BMBC rivuga ko abantu bashaka kwitunganiriza imigambi iyo biganye imigambi yatangujwe n’abandi bantu akenshi bibaviramwo guhomba kuko baba batazi uko yatunganijwe nabatanguye kuyitegrura.

Mu kiganiro n’igisata kijejwe kumenya amakuru mw’ishirahamwe BMBC,umuyobozi mukuru waryo yavuze ko abenshi bakora imigambi bisunze kuvyo babonye ku bandi,mu gihe bari bakwiye gutunganya umugambi wabo bwite ataho bawukuye.

Uwo muyobozi avuga kandi ko abantu bakwiye guheba kwigana imigambi y’abandi bantu kuko vyohava bituma ahomba kubera aba atazi uko abawutanguye bawutunganije nico bipfuza kugerako.

Umuyobozi mukuru wa BMBC yavuze ati: “Uwushaka gutunganya umugambi nareke kwigana ivy’uwundi kuko aba atazi uko yabitunganije ninaco gituma uwiganye umugambi w’uwundi aca ahomba.”

Uwo muyobozi asaba antu bitunganiriza imigambi kuvavanura no kwigana imigambi y’abantu bantu.

About the author

Leave a Reply