Abakenyezi b’ishirahamwe BMBC niba bitumwako mu bikorwa vy’ishirahamwe kuko bita k’urutare mu gutunganya imirimo yabo.
Uwo mubona numwe mu bakenyezi b’ishirahamwe BMBC akorana ubwira bwinshi mu bikorwa bigatuma biha intege abandi bakozi.



Ishirahamwe BMBC riraha akaryo abakenyezi mu bikorwa vyabo bakagaragaza impano bafise aho bibafasha gutera imbere.